Gitega : Umviriza ijambo ry'ugusezera Umukuru w'Igihugu yashikirije abasirikare n'abaporisi

Описание к видео Gitega : Umviriza ijambo ry'ugusezera Umukuru w'Igihugu yashikirije abasirikare n'abaporisi

#Burundi : Inzego z'umutekano n'ukwivuna abansi zipfurije kuri uwu wa gatanu umwaka mwiza mushasha w'i 2020 Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero NKURUNZIZA. Ibirori vyabereye mu ntara ya #Gitega. Umviriza Ijambo Umukuru w'Igihugu #NKURUNZIZA yashikirije muri urwo rubanza, aho yabwiye abajejwe umutekano n'ukwivuna abansi ati : "Niwo munsi mukuru wa nyuma mutugiriye."

Комментарии

Информация по комментариям в разработке