Indirimbo "EJO NI HEZA" ya Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu

Описание к видео Indirimbo "EJO NI HEZA" ya Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu

Indirimbo EJO NI HEZA iraturemesha tukumva ko Imana ari vyose mubuzima bwacu kandi ko ivyo idushakako atari ivyago ahubwo ari amahoro, niducike intege kubera ibibazo vyo kuri iyi si, twizigire Imana ejo ni heza koko, Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu ibipfurije kuroranirwa mur Kristu, Amene #Gospelburundi #CatholiqueBurundi #chorale #rc

Комментарии

Информация по комментариям в разработке