"Amahoro ntakunda ata kibano ciza kuko haba hari agahaze..."-Musenyeri Joachim Ntahondereye

Описание к видео "Amahoro ntakunda ata kibano ciza kuko haba hari agahaze..."-Musenyeri Joachim Ntahondereye

Ibihe vyegereza amatora mu Burundi, abantu baragira umutima uhagaze bivuye ku nyifato n’ingendo za bamwe mu banyamigambwe. Muri iyo ntumbero, umugambi "Dukire Tubane", ushirwa mu ngiro n’urunani mpuzamadini mu Burundi CICB ku buryo butanzwe n’ishirahamwe mpuzamakungu USAID ribicishije mw’ishirahamwe CRS, urafasha mu kwigisha indogozi zaba iz’imigambwe n’amadini inyifato ibereye kugira amatora yimirije azogende neza.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке