Ubaka Nation Group igiye gushiraho ikigega c'abarundi bipfuza gushira imitahe mu kwubaka isoko.

Описание к видео Ubaka Nation Group igiye gushiraho ikigega c'abarundi bipfuza gushira imitahe mu kwubaka isoko.

#Burundi: Kugira ngo umurundi wese aronke ahantu ashobora gushira amafaranga ashobora azomufasha kwitunganya muri kazoza, #UbakaNationGroup igiye gushiraho ikigega aho Abarundi baba mu mahanga n'abari mu gihugu bipfuza gushira imitahe mw'iyubakwa ry'isoko nkuru ya #Bujumbura bazoshira amahera hama ibikorwa biheze bitangurwe.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке