Imbabura nyabwonko hari ico ibabwiye? Ivyuma vyo kubundikira imiswi navyo? Kaze muri

Описание к видео Imbabura nyabwonko hari ico ibabwiye? Ivyuma vyo kubundikira imiswi navyo? Kaze muri

#Burundi: Birashoboka ko abarundi batorera umuti ikibazo co gukinjika hakoreshejwe uburyo buzimbutse kandi bukingira ibidukikije . Timothée Nicoyangereye ni umwe mu rwaruka rw'incabwenge yiyumviriye gukora imbabura ifise ubwonko ikoresha uburyo buke kandi igakora uko uwukinjika ashaka ko ikora. Ivyo bikorwa bikaba bikorerwa mu ruganda #SGEC rukorera mu ntara ya #Gitega, nayo abipfuza kugira ico babaza, bobakura kuri +257 +257 79 33 36 27.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке