Mbega burya abagabo nibo batera akajagari mu gihugu kuvyerekeye irwirirana ry'abantu?

Описание к видео Mbega burya abagabo nibo batera akajagari mu gihugu kuvyerekeye irwirirana ry'abantu?

Mbega tuvuze UBUZIMA NDORA GITSINA wewe utahura iki?

Kurikirana ibiganiro bidasanzwe twagiraniye na Apôtre sage femme Augustin HARUSHIMANA kugira umenye vyinshi ku buzima ndoragitsina.

Ibiganiro mubishikirizwa na MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV// UBUMENYI KU MAGARA YACU// TELEVISION YA MAGARA MEZA

Mufise iciyumviro canke ico mwoterera MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV twakure canke mutwandikire kuri 71472461 canke 69 523117 canke [email protected]

Комментарии

Информация по комментариям в разработке