Urutonde rw'indirimbo za Mutima Mweranda ziryoshe cane

Описание к видео Urutonde rw'indirimbo za Mutima Mweranda ziryoshe cane

Gira S'abonner, j'aime, commentaires hamwe na Partager, musangize abandi imihezagiro y'ingabirano za Mutima Mweranda.

Umviriza uturirimbo twa Mutima Mweranda turyoshe cane!

N'utu nyene kubwanyu
   • PSAUME DE LA CREATION - URI NKURU MAN...  

   • CHANT D'ACTION DE GRÂCE INSPIRANT  

Ingabirano za Mutima Mweranda ni indwi (7):
1. Ubwitonzi:
Umuzo wa Mutima Mweranda uratanga ingabirano y'ubwitonzi idufashaikongera ikaduherekeza mu buzima, ngo dushobore kwakira ijambo rya Yezu-Kristu weBwitonzi bwa Data.
2. Ubwenge:
Ingabirano ihishurira umutima wacu ishaka ry'Imana.
3. Ubuhanuzi :
Twoyitiranya n'amajambo yo muri Bibiliya, avuga umuco w'indongoziy'umutima, itera imbere biciye mw'isoko ry'intakama ry'ijambo ry'Imana.
4. Ubukomezi:
Ingabirano y'Imana idufasha gukomera mu kwemera, kurwanya ikibi,ikaduha n'ingoga z'ugushingira intahe Kristu yabambwe akongera akazuka, mu mvugo nomu ngiro.
5. Ubumenyi :
Ingabirano idufasha kwinjira mu bumenyi bw'ibinyegezwavy'ubwami bw'Imana, s'ubumenyi bufatiye ku bwenge bwacu gusa, ariko n'ukumenyaImana muri Yezu Kristu.
6. Ugusenga:
Iserura inyifato yerekeza ivyiyumviro n'ibikorwaku Mana no ku bagenzi yisunze Imana.
7. Ukwubaha Imana:
n'inyifato iranga umutima, itokwitiranywa n'ubwobabw'umuntu imbere y'ubukuru n'ubweranda bw'Imana. Ukwubaha Imana kwerekana riho ubumenyi bw'uwo wese,kubera urukundo yumva akundwa n'Imana, adashobora kubaho yirengagije ubunywanyi bwiwe n'Imana

Комментарии

Информация по комментариям в разработке