Prezida waTchad Mahamat Idriss Deby Itno ari mu rugendo rwakazi mu mu Burundi

Описание к видео Prezida waTchad Mahamat Idriss Deby Itno ari mu rugendo rwakazi mu mu Burundi

Umukuru w'igihugu ca #Tchad Mahamat Idriss Deby Itno ari mu rugendo mu #Burundi. Ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye yakiriwe n'umushikiranganji w'imigendaeranire Albert Shingiro. Inyuma yaho yakiriwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye ku kirimba kwa Ntare Rushatsi.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке