Intahe ya Past Blaise N./IBINTU 3 BIRANGA ABANTU BARI MU NZIRA Y'UHORAHO

Описание к видео Intahe ya Past Blaise N./IBINTU 3 BIRANGA ABANTU BARI MU NZIRA Y'UHORAHO

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Комментарии

Информация по комментариям в разработке