Abarokore(Abakizwa) bavuga ukuri🤦‍♂️ ngo Mwene Data /Nguyo Nyoko wawe😒/ Padiri Amando Kana arabivuze

Описание к видео Abarokore(Abakizwa) bavuga ukuri🤦‍♂️ ngo Mwene Data /Nguyo Nyoko wawe😒/ Padiri Amando Kana arabivuze

Benewacu Mwese Turabakengurukiye caneeeeee ingene mudahengeshanya kudusabira nukudushigikira mubikogwa vy' Urukiza Tv aho tubakengurukira kuntambwe mutugejejeko aho benshi mukora #subscribe mukaba mubaye mubanyamuryango b' Urukiza Tv kwisi aho harimwo abari mubihugu vya Buraya nahandi nko Burundi, Rwanda,Zambia, Canada,Australia nahandi ndashimiye caaaane nabaduterera ivyiyumviro ndetse nabo bose badahengeshanya kudushigikira muburyo butandukanye baba Abarundi canke Abanyarwanda nabo bose bumva Ikirundi canke Ikinyarwanda Twipfuza abasangira bikogwa botwunganira haba mubikoresho canke mukutugira inama canke mukuduhanura mushobora guhamagara kuri
+25767294998 canke Mwandike kuri Gmail [email protected] . Murakoze!!!!!!!!!

Комментарии

Информация по комментариям в разработке