LinoG - PLEYA (official music video)

Описание к видео LinoG - PLEYA (official music video)

song : Pleya
Arist: LinoG Umvukuri
Audio produced by Jibu the classic
Mix and Mastering: Jigger beatz
Video directed by Landry Sb
Ass:Karim alaba
CO-Director: yves bally
Location manager: G-bo
Make up : Danella
Stylist: Santi buja travail
Pain: dick jospin
Set designer: Didier bagenza
Ass: Amin & vayani mix
Lighting: jeff
Video vixen : Nella umutoni

Lyrics:


V1
Ubundi je sindumwana mubi sindumwana mubi
-nincuti zinkwegera mudukumi
-ngo fata kamwe tuhashumike shumi
-bama bambuza kuryama ngo fata basi nwakanyuma cedutaha
-maze kunwa bampabana
Ngo kinipasi nkaburinguvu zokuvyanka
-iyo ngize ngo mbikudufaranga
Ngo ntamodoka yibihumbijana
-mukugura turahana
Ngo ntanzu tuzubaka mugisagara

R/ iyimihanda yangizer Player boy
sinabonyincuti zanyazo
right now
mpora ngwana n'ibibazo
simboninyungu kandi nama muri Hustle
(ngo ntamugabo akangwa namatako shira fone mukadege)
(twarababajwe sirirmuka)
(turyinyungu iheze tukaja mumutahe)
(nubundi ivyisi birazunguruka)

V2
Ubu mpora muri vibe vibe
Barananyigishije gutamba
Nguma mpura nababana
Bafisumutima mwiza wogutanga
Iziswingi zo mpora mpanga kuzireka
Ariko sindavyibuka
Kiretsiyonanyoye nkaboregwa
Nihagatima gakubita
iyo ngize ngo mbikudufaranga
Ngo ntamodoka yibihumbijana
-mukugura turahana
Ngo ntanzu tuzubaka mugisagara

R/ iyimihanda yangizer Player boy
sinabonyincuti zanyazo
right now
mpora ngwana n'ibibazo
simboninyungu kandi nama muri Hustle
(ngo ntamugabo akangwa namatako shira fone mukadege)
(twarababajwe sirirmuka)
(turyinyungu iheze tukaja mumutahe)
(nubundi ivyisi birazunguruka)


Follow LinoG Umvukuri on Instagram:👇
linog_umvukuri
https://www.instagram.com/linog_umvuk...
Follow LinoG Umvukuri on Facebook:👇
  / umvukurionceagain  
Follow LinoG Umvukuri on Tik tok👇

#LinoG #PLEYA #UmvukuriGang

Комментарии

Информация по комментариям в разработке