URUKUNDO NI IKI? By Past Desire H.

Описание к видео URUKUNDO NI IKI? By Past Desire H.

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha

Комментарии

Информация по комментариям в разработке