#Défilé

Описание к видео #Défilé

#Défilé abasirikare ba #Tanzania bakoze mu birori vy'ukwakira Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yari yagendeye ico gihugu kuri uwu wa gatandatu. Hari i #Kigoma, Indirimbo zihayagiza ibihugu vyompi zikaba zarasamiranye.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке