Umukuru w'Igihugu asaba abenegihugu kuziganya umwimbu bagashora umusesekara.

Описание к видео Umukuru w'Igihugu asaba abenegihugu kuziganya umwimbu bagashora umusesekara.

#Burundi: Kwirabira abari mu migambi y'ubworozi no kurwiza umwimbu nivyo vyatumye Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye azindukira muri komine #Mpanda yo mu Ntara ya #Bubanza aho yakoze ibikorwa bigiye bitandukanye nko guteragira ibiharage mu mirima afiseyo, kuraba uko umwimbu w'ibigori wagenze no kugendera ama koperative y'uburimyi n'ubworozi atandukanye.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке