Mashariki TV yagendeye ingabo z'Uburundi ziri kugarukana amahoro muri Somalia, muri secteur ya 5.

Описание к видео Mashariki TV yagendeye ingabo z'Uburundi ziri kugarukana amahoro muri Somalia, muri secteur ya 5.

Mu gihugu ca #Somalia akarere k'uburaruko bushira ubuseruko umutekano wifashe neza muri rusangi kubera ibikorwa vy'ingabo z'Uburundi. Mashariki TV yarishikiye muri ako karere ka secteur ya 5 kwirabira ingene vyifashe. Gnl Bde NDIZIGIYE Elie arongoye contingent ya 14 y'ingabo z'u #Burundi ziri mu butumwa bwo kugarukana amahoro muri Somalia ( #ATMIS ) amenyesha ariko ko bafise intambamyi zijanye zo kutumvikana n'abanyasomaliya mu ndimi bakoresha hamwe n'amabaraba ameze nabi na cane cane mu gihe c'imvura.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке