#Burundi

Описание к видео #Burundi

#Burundi : Ibikorwa vyo kwitegurira kwubaka ikibanza cahoramwo isoko nkuru ya Bujumbura vyatangujwe icese n'Umushikiranganji w'inyubako, bikozwe n'ishirahamwe #Ubaka_Nation_Group ryahawe kuzokwubaka iyo soko. Fablice Manirakiza arongoye iryo shirahamwe avuga ko ari igikorwa c'iteka kigiye gukorwa n'abarundi ubwabo.

#Buja_City_Plazza

Комментарии

Информация по комментариям в разработке