Prezida NEVA ati: "Arya ma devises mwatwaye muzane ivyo mwari magiye kuzana kuko sinzoyaheba kabisa"

Описание к видео Prezida NEVA ati: "Arya ma devises mwatwaye muzane ivyo mwari magiye kuzana kuko sinzoyaheba kabisa"

Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ati: "Arya ma devises mwatwaye, muzane ivyo mwari magiye kuzana. Mubizane kuko sinzoyaheba kabisa. Umuntu wese azi ko yaronse ama devises ntazane ivyo yategerezwa kuzana, azane. Ndabibabwiye kandi aha nta bufyinyi burimwo". Hari mu birori vyo guhimbaza umunsi wahariwe umutangakori mu #Burundi

Комментарии

Информация по комментариям в разработке