🛑KWIKINISHA : PART 1: IVYO ABANTU BAVUGA KU KWIKINISHA!!!! NUBUBESHIII CANKE N'UKURI ?

Описание к видео 🛑KWIKINISHA : PART 1: IVYO ABANTU BAVUGA KU KWIKINISHA!!!! NUBUBESHIII CANKE N'UKURI ?

Ijambo KWIKINISHA nijambo dukunze kumva ahantu heshi, beshi bavuga ibintu bitarivyo abandi babesha abantu. Hari nabavuga ukuri.

Muri iyi video ngiye kuguha amakuru yizewe kwijambo ryo KWIKINISHA.

Kurikira vidéo yose utahure ukuri batakubwiye.

NDI Trésor motivatOr 🇧🇮

IMANA iguhezagire

Ushaka kunyandikira andika kuri : +257 6539429
Watsapp , call.

Email : [email protected]
Instagram : Trésor MotivatOr🇧🇮
TikTok: Trésor motivatOr 🇧🇮
Fb: Trésor TM 🇧🇮
#motivation #funny #memes #facts #tips #abonnetoi #music #ibiro #english #12septembre2022

Комментарии

Информация по комментариям в разработке