NIMBA UTARAKIZWA NEZA IMISI NI MIBI/NIWABA WARAHAMAGAWE VYUKURI GUMA MU MWANYA WAWE

Описание к видео NIMBA UTARAKIZWA NEZA IMISI NI MIBI/NIWABA WARAHAMAGAWE VYUKURI GUMA MU MWANYA WAWE

UBUTUMWA BWIZA BUBOHORA BICAYE KUNTEBE YA MOSE

Ijambo Ry'Imana Ribohora

AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.

Yesu abahezagire cane

Комментарии

Информация по комментариям в разработке