Hibutswe imyaka 31 iheze Umukuru w'Igihugu Ndadaye Melchior agandaguwe.

Описание к видео Hibutswe imyaka 31 iheze Umukuru w'Igihugu Ndadaye Melchior agandaguwe.

#Burundi: Hibutswe ku ncuro igira 31 umusi wo kwibaka incungu ya demokarasi, Perezida Melchior #Ndadaye. Uwo musi ukaba wari ufise icivugo kigira ngo :" Tugendere mu makanda y'incungu z'igihugu cacu twamirire Kure icodutandukanya". Kurikirana ibice nyamukuru vyaranze uwo musi.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке