Fablice ati "Ivyo kwubaka isoko nkuru nshasha ya Bujumbura, ni akantu gato kuvyo twe dushoboye"

Описание к видео Fablice ati "Ivyo kwubaka isoko nkuru nshasha ya Bujumbura, ni akantu gato kuvyo twe dushoboye"

👂🏾 Kurikirane ikiganiro cose Fablice Manirakiza yahaye Jimbere, ku mugambi wiwe wo kwubaka isoko risubirira iryahora mu kibanza c'isoko nkuru ya Bujumbura.
Ni umuyobozi w'ishirahamwe UBAKANation rimaze igihe rubaka ibigwati bitandukanye nka "Come and see Burundi", "Fab Home Village", n’ikindi kigwati kikiri mu rwubako mu Kabezi.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке