Nahisemwo neza By Chorale Urwaruka - Eglise de Pentecôte Nyakabiga

Описание к видео Nahisemwo neza By Chorale Urwaruka - Eglise de Pentecôte Nyakabiga

Concert musical - Vendredi 26/08/2022 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Centre Évangélique de Nyakabiga

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
   / @meirratv  

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Комментарии

Информация по комментариям в разработке