IZOGUHINDURIRA AMATEKA/INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA BY EUPHRAIM NIBA/ OFFICIEL VIDEO 2024.

Описание к видео IZOGUHINDURIRA AMATEKA/INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA BY EUPHRAIM NIBA/ OFFICIEL VIDEO 2024.

IZOGUHINDURIRA AMATEKA/INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA BY EUPHRAIM NIBA/ OFFICIEL VIDEO 2024.
izoguhindurira amateka ni indirimbo ishinga intahe kuvyo Imana ikora ko bitandukanye n'ivyabana babantu, iravuga ngo abantu sibo Mana ngo kandi abantu ntibagukange ngo Dawudi yarakeneye ibuye rimwe kugira acecekeshe Goliath, ngo Penina nawe yarakeye Umwana umwe ngo acece keshe Penina ngo nawe Imana izokora ikintu kimwe kizocecekesha abansi bawe, abagukengereye, avuze bagutwenga, ngo bazohindura baguhezagire: Izohindura izoguhindurira amateka nabo bazohindura amajambo kuko ivana umuntu mu mukungugu ikamwicarikana n'abahambaye n'abahambaye.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке