UMUNYAMAHANGA YEMEREYE SEBARUNDI KO AFISE INYISHU KUBIJANYE N'IGITORO

Описание к видео UMUNYAMAHANGA YEMEREYE SEBARUNDI KO AFISE INYISHU KUBIJANYE N'IGITORO

🔴Hari umunyamahanga yemereye #Sebarundi​, muri ca #Ikiyago​ cariko kiraba kuri uyu wa 27 Kigarama 2024, ko afise umuti w'ikibazo c'igitoro.
Blaise #Ibonime​, umurwizatunga akomoka mu gihugu ca #RDC​ akaba arongoye isosiyete idandaza igitoro yo mu gihugu ca #Afrika​ yepfo, yamenyeshejeko ari mu Burundi kuva muri Munyonyo 2024 kugira ngo avugane n'abategetsi batandukanye ukugene yozana igitoro mu Burundi.

📌 Umukuru w'igihugu akaba yamuteye intege yongera asaba inzego zibijejwe kumworohereza kugira ngo ashobore kuzana igitoro mu maguru masha.

#imigenderanire

Комментарии

Информация по комментариям в разработке