Ijambo rya Jambo :Yezu azimana abantu isinzi ( Jn 6, 1-15).

Описание к видео Ijambo rya Jambo :Yezu azimana abantu isinzi ( Jn 6, 1-15).

Yezu ashaka ko Bose bafungura, Filipo nawe akabona ko atavyobakwira vyoboneka, mugabo bihera abantu isinzi bafunguye bagahaga bakanasigaza kandi hari imikate 5 n'udufi 2 gusa. Mu Kirundi bavuga ngo " Burakeha ntagira umugenzi", " Duke dukehanira abankana" canke ngo " Ahari abakundana, urushato rw'imbaragasa rwifuka 5"

Комментарии

Информация по комментариям в разработке