Nshaka Gusenga - Light Music

Описание к видео Nshaka Gusenga - Light Music

The official video for "Nshaka Gusenga" from the album, Nsabane Nawe by Light Music.

"Nshaka Gusenga" was written by Chrispin Bizabishaka and Kheris Bizabishaka.

Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: https://www.youtube.com/channel/UCLg6...

Stay connected:
Instagram:   / lightmusicburun.  .
Facebook:   / lightmusicbu.  .

Lyrics:
Verse1
Iyo maze igihe kure yawe
iyo maze iminsi kure yawe

Pre chorus
Ndaruha nka ncika intege
Ndarambigwa nkazazanigwa
Gushika aho mbura uburyohe bw'agakiza

Verse2
Iyo ntaherutse kwumva ijwi ryawe
Iyo nitwararitse ivyanje gusa

Pre chorus

Chorus
Ndashaka gusenga
Mpure nawe kandi
Nsubire negere
Nibere impande yawe

Bridge
Ndashaka gusenga
Nyotewe gusenga

Комментарии

Информация по комментариям в разработке