Imwe mu ndirimbo z'Imana: Turimirije Kubona Igikorane C'Imana [Uzobayo?]

Описание к видео Imwe mu ndirimbo z'Imana: Turimirije Kubona Igikorane C'Imana [Uzobayo?]

Iyi ndirimbo yitwa “turimirije kubona igikorane c’Imana”. Wipfuza indirimbo zubaka umutima? Ubu ni ubutumwa bwiza buciye mu ndirimbo yasubiwemwo na @kwizeraworshipteam-bi yahawe umutwe "TURIMIRIJE IGIKORANE C'IMANA". Ni indirimbo imwe mu za kera zakunzwe cane kandi irimwo amajambo ahembura umutima. Burya n'indirimbo z'abaririmvyi ni ubutumwa bwiza: kuko bose bavoma mu gitabo kimwe arico bibiliya yera kandi bahishurirwa na Mpwemu Yera Umwe. Ku barundi baba hanze, abarundi bo muri Canada namwe mwese muri muri EAC mukaba mwumva ururimi rw'ikirundi mbere na mwebwe abanyarwanda muri muri canada n'ahandi, iyi ndirimbo yobafasha. Ni ubutumwa bwiza bw'amahoro.
Kuri mwebwe rero mukunda indirimbo zo guhimbaza Imana, canke bimwe bita praise and worship songs mu congereza, n’ubwo itaririmbwe na chorale urwaruka canke ngo ice kuri himbaza tv, ntinabe kandi iri muri za ndirimbo 5 zakunzwe iyi ndirimbo ya y’Imana yasohowe na Kwizera Worship Team irafasha imitima: kuyumviriza canka kuraba i indirimbo z'imana za 200 sda ni co kimbwe. Uyu Remy na Kwizera Worship Team baririmba muri Chorale Mutanga, eglise pentecôte de bujumbura nyakabiga. Bamwe mbere bari muri chorale y’urwaruka.

Iyi ndirimbo iraremesha ingenzi ziri mu rugendo ruja mwijuru yisunze amajambo dusanga mu cete candikiwe ishengero ry i filipi 3:20. Iri kuri @kwizeraworshipteam-bi . Tubifurije umugisha n'akaneza kenshi mu rugendo.

Mwibuke ko indirimbo z’Imana ari ubutumwa bwiza ! Ubaye
bugufi bw'i mana, nturinda ngo ngo indirimbo zakuzwe canke ngo israel mbonyi! Ariko ukuri mbona n’uko umutima ushonje umeze nk’umuntu anyotewe: amazi afutse kandi y’isuku, ayanywereye heza, nta rinda ngo ayahawe na nde.
Kubw’ivyo tanga unezerewe umwanya wawe, umviriza iyi ndirimbo iragufasha.


Iyi iri mu indirimbo nziza : ntirinda ngo indirimbo zisobanuye mu Kinyarwanda, iri mu Kirundi n’abanyarwanda baracumva.
Barundi, Banyarwanda mwaba muri Canada, Reta Zunze Ubumwe za Amerika, uburaya, Australia, na Africa …aho muri hose: umva iganuka “Turimirije igikorane c’Imana”…Mbega uzobamwo canke jew nzobamwo?

Uriko urondera:
indirimbo z'imana
indirimbo zigezweho
indirimbo nshya
indirimbo zisi
indirimbo nyarwanda
indirimbo zo guhimbaza imana
indirimbo nshya 2024
indirimbo za 350
indirimbo zo mu gitabo lyrics
indirimbo zigezweho 2024
indirimbo zo guhimbaza Imana?
Iyo ndirimbo twibaza ko iza kugufasha

#gospelmusic
#burundigospel
#rwandagospel
#burundian
#abarundicanada

Комментарии

Информация по комментариям в разработке