Abarundi baba mu mahanga baragendeye ihinguriro Imena Soma usubire ryo mu Kayanza.

Описание к видео Abarundi baba mu mahanga baragendeye ihinguriro Imena Soma usubire ryo mu Kayanza.

#Burundi: Raba uko inzoga nka :Hozagara, Raha Tangawizi na Karibu zihingurwa mu ihinguriro " IMENA S.U Soma Usubire" rw'umurwizatunga yitwa Ndoricimpa Anicet, mu ntara ya #Kayanza. Kuva mu gitoke, umutobe gushika haboneke inzoga . Ni mu gihe abarundi baba mu mahanga #Diaspora bari baramutse bagendera iryo hinguriro inyuma y'indwi yabahariwe bari bamazemwo muri iyo ntara.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке