😅 Kigingi: "Hariho umukobwa yantesheje umutwe, kandi ndi mukumushira mu rugo"

Описание к видео 😅 Kigingi: "Hariho umukobwa yantesheje umutwe, kandi ndi mukumushira mu rugo"

😎 Burya rero Kigingi n'umu éléctromécanicien, ariko atunzwe n'umwuga wo gutwenza abantu (comédien).

🤝🏼 Menya vyinshi ku buzima bwiwe, umwuga wiwe n'ingene yibona mu myaka 10

Комментарии

Информация по комментариям в разработке