🔴Vania ICE ati: “ Umugabo wanje ntaco yahinduye ku mwuga wanje

Описание к видео 🔴Vania ICE ati: “ Umugabo wanje ntaco yahinduye ku mwuga wanje

Vania ICE ati: “ Umugabo wanje ntaco yahinduye ku mwuga wanje wo kuririmba. Twari dukundanye igihe kirekire rero yarazi ko ndi umuriririmvyi. Kandi ivyo nahora nkora ntaraja kwubaka urwanje ,nta kibi carimwo nico gituma ataco novuga ngo narahinduye. Abakunzi banje nibanyitege, vuba ibikorwa bishasha biraje”.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi

Комментарии

Информация по комментариям в разработке