Ibibazo biri hagati y'Uburundi na RDCongo bikwiye gutorerwa inyishu kugira imigenderanire imere neza

Описание к видео Ibibazo biri hagati y'Uburundi na RDCongo bikwiye gutorerwa inyishu kugira imigenderanire imere neza

#Burundi: Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi asaba abafata ingingo mu bijanye n'ivyo guhanahana ibidandazwa hagati y'igihugu c'Uburundi n'igihugu ca kibanyi ca Repubilika iharanira Demokarasi ya Congo #RDC na cane cane mu karere k'ubuseruko bw'ico gihugu, gufata ingingo ku neza y'abarundi bose, aho ni mu gihe muri ako karere hibonekeza ingorane z'urudandazwa rwo mu kinywabi hamwe no kurya ibiturire.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке