UMUTIMA W'UMUNTU/THE HEART OF MAN/ AUDIOBOOK IN KIRUNDI PART 2/UMUTIMA USUBIYE INYUMA

Описание к видео UMUTIMA W'UMUNTU/THE HEART OF MAN/ AUDIOBOOK IN KIRUNDI PART 2/UMUTIMA USUBIYE INYUMA

iki gitabo kirerekana neza uko umutima w'umuntu umeze .UKO umutima w'umunyavyaha umeze n'ingene umutima w'umugororotsi umeze n'iherezo ryawo
Ijambo Ry'Imana Ribohora

AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.

Yesu abahezagire cane

Комментарии

Информация по комментариям в разработке