Abarundi baba mu mahanga

Описание к видео Abarundi baba mu mahanga

#Burundi: Abarundi baba mu mahanga #diaspora barashima muri rusangi uko basanze igihugu c'ifashe, mu ngendo zitandukanye bagize mu ntara zigize igihugu. Ariko hariho nivyo baneguye bikwiye gukosorwa. Kurikirana bimwe mu vyo bashikirije mu nama yabahuje kuri uyu wa 10 Nyakanga 2024.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке