Stylozoff - DIRIGIZA (Lyrics Video)

Описание к видео Stylozoff - DIRIGIZA (Lyrics Video)

🎙🎶 DIRIGIZA by Stylozoff

Hook : Agahimbo kambuza kurya nagataye hariya.
Imbere ntahabona ndurira igiti nka Zakariya (Zakayo).
Ikaramu irakosora it's me vs me this year
Nukuyobora ki Roma I feel like am julio ceasar.
Uyu mwaka ndadirigiza. (x2)


Verse : Ntanumwe ndiko ngwana nawe kiretse Jewe.
Gukora gutsinda mu mutwe nico conyene.
It's me vs me uyu mwaka nayigize Terme.
Mwitege Intare kubanyitiranya n’agahene.
This year nta perdu nimwe ntakiraa.
No fear, Papa Bikorwa ubu ntakwigirishaa
Bomb Nuclear nizo jewe ngiye kubatamwo.
Igitondo nukuzinduka oeuvres zanje zikampa agahembo.
Ndikwiyumva kagakura kamwe gatoooo.
Ntakurara inzara hardworking irikwuzuza my table
Ama Grammys kuyatwara ivyo bitooo.
Wait, see and Respect for stylo.


Hook : Nukuryamika rimwe irindi rikanuye.
Uyu mwaka i dollars nizo jewe ngira mfungure.
Ni mpaka ku mpanda imfyuvyi nzoba nkenuye.
Ciroc, Hennessy nizo mugiye kwumva ifuke. (wumvehh)
Uwanyambitse agahuzu ndi gusa.
Uyu mwaka ndasangira nawe.
Nuwanyise ikijuju Umuja.
Ndamwereka Jah kwariwe Dawe.
Imisumari yari yaheze igihe bavuga mbambwe.
Mu nzira igihumbi Z’iMana, hater, ntanimwe ica iwawe.
Agahimbo kambuza kurya nataye hariya
Inzingo umwansi angirira ntaco intwaye mu buzima.
Uyu mwaka ni ibikorwa bitangaje nka pregnancy ya Maria
JAH is blessing us this year and we say Amina.




It's different now I feel am champion.
Go Go make action hungry Lyon in Jungle.
Bamwe baponda mubampere Jambo.
Stylozoffy mukazi guhagarara impossible.


SPECIAL THANKS TO :
Bertrand Aristide
Larry Keyz
Ray Zhong

Комментарии

Информация по комментариям в разработке