Imico n'Akaranga_Ikiganiro twagiranye na Kinyange: Part 2

Описание к видео Imico n'Akaranga_Ikiganiro twagiranye na Kinyange: Part 2

Aho hambere, inka zari zifise agaciro gakeye mu maso y'Abarundi. Kanatsinda umugisha umurundi yabona ko usumba iyindi yosabira abiwe wari kugira inka n'ibibondo. "Urakagira Inka n'Ibibondo".
Urukundo inka zakundwa rwagaragarira mu kuzivuga no mu kuzitaka.

Kinyange n'umwe mubarundi bagishoboye kuvugira amazina n'ibicube inka.


Turashimiye Kinyange na:

Fabrice Kimararungu
Yves Muhimpundu
Igor Nkezabahizi

Комментарии

Информация по комментариям в разработке