Umukuru w'Igihugu yaragendeye bimwe mu bikorwa vyahinguriwe mu Burundi mu nama ya COMESA.

Описание к видео Umukuru w'Igihugu yaragendeye bimwe mu bikorwa vyahinguriwe mu Burundi mu nama ya COMESA.

#Burundi: Mu gihe Uburundi bwari bwakiriye inama igira ihuza ibihugu 21 bihurikiye mu muryango wa #COMESA, ku musi wa mbere w'iyo nama yamaze imisi itatu, Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yaragendeye ahari ihayanishwa gurisha ry'ivyahinguriwe mu Burundi n'ibihakorerwa.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке