Umukuru w'Igihugu arasaba abarundi kudasesagura umwimbu mwiza baronse mu kuwushora mu bindi bihugu

Описание к видео Umukuru w'Igihugu arasaba abarundi kudasesagura umwimbu mwiza baronse mu kuwushora mu bindi bihugu

#Burundi Ku musi ugira indwi ariko agira urugenda mu ntara zitandukanye, urugendo rwitiriwe " #Inkebuzo", Umukuru w'igihugu yagendeye commune Nyamurenza mu ntara ya Ngozi aho yifadikanije n'abenegihugu guca imikobeko yo gukinga inkukura. Mw'ijambo ryiwe Prezida Evariste Ndayishimiye yabavuniye akagohe abarundi ngo ntibasesagure umwimbu baronse mu kuwushora mu bindi bihugu, urwaruka narwo aruhimiriza kwongereza umurindi wo gukora kuko ari rwo Burundi bw'ejo.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке