Humuriza by All Singers

Описание к видео Humuriza by All Singers

Iruhukire amahoro twagukunda ariko Imana yagukunze kuturusha
Chance:
Impanuro zawe inyigisho zawe ntituzovyibagira watubereye umugisha mubihe twamaranye
Nathan:
Turasavye inkomezi udushoboze kukubwacu ntaco twokwishoboza turibi bihe bigoye cane Manaaa
Kevin:
Amarira intunu mumitima yacu nivyo vyuzuye ,ewe Mana turasavye ugumbire imitima yacu
Belle:
Oooo kuko n'ibihe bigoye kwakira Kubgacu ‼
Promesse:
Ulikua Baraka kwetu ulikua furaha ya wengi , kile kicheko chako tuta kikumbuka daima . Japokua moyoni tuna uzuni ila mbinguni ni sherehe tu eehh malaika wa Bwana .
Confiance:
Intwari niziramba nituzibagira ico wari kuri twe.
Styve:
Nuko hahirwa abapfira m’umwami yesu baruhuke ubutame kukw’ibikorwa vyabo bijana nabo
All:
Iruhukire amahoro twagukunda ariko Imana yagukunze kuturusha
Mana humuriza imitima yacu uduhe kurema no kwihangana muri ibi bihe bitatwororoheye
Intwari ntiziramba
Laesse:
Twiyubare natwe dusigaye muri iyi si
ntidusamazwe n’ivy’iyi si bidutesha agaciro
Steve:
Numva ijwi rivuye mw ijuru rimbgira, rit' Andika, ut' Uhereye none hahirwa abapfa bapfira mu Mwami. Kandi Mpwemu aravuga, at' Ego me, ngo baruhuke ubutame bgabo,
Natwe Mana dusigaye hano mw'isi uturemeshe Mana kuko imitima yacu irababaye yuzuye agahinda n'amarira
None Bene Data muri hano isi ntikadusamaze ntikaduhende ahubwo turereke umwami Yesu

Комментарии

Информация по комментариям в разработке