AMAHANE ARASHIZE!||COMBO TAXI||MEDIA FOR DIALOGUE

Описание к видео AMAHANE ARASHIZE!||COMBO TAXI||MEDIA FOR DIALOGUE

Ese abanyamahanga bakwiye kugirirwa nabi ahatari iwabo? Imibanire myiza ifitiye akamaro abatuye akarere k'Ibiyaga Bigari bose.
Abanyamahanga batura ahatari iwabo bashakisha ahari umutekano bagumana uburenganzira bw'ikiremwamuntu aho bahungiye. Birakwiye ko barindwa n'uburenganzira bwabo bukubahirizwa nk'uko ubw'abo basanze bwubahirizwa. Bituma icyizere hagati yabo n'abo basanze kidatakara.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке