Burundi: Abarwizatunga basabwa kwijukira gucisha ibidandazwa mu kiyaga ca Tanganyika

Описание к видео Burundi: Abarwizatunga basabwa kwijukira gucisha ibidandazwa mu kiyaga ca Tanganyika

Abarwizatunga basabwa kwijukira gucisha ibidandazwa mu kiyaga ca Tanganyika (inzira y'indarayi Dar-es-salaam-Kigoma, Kigoma-Bujumbura biciye mu kiyaga Tanganyika): Corridor Central. Biranyaruka kandi birazimbutse!

Комментарии

Информация по комментариям в разработке