umunyarwandakazi yakiriwe na President|nkunda abarundi😍|abagore bareke kurizwa n'ubusa turashoboye

Описание к видео umunyarwandakazi yakiriwe na President|nkunda abarundi😍|abagore bareke kurizwa n'ubusa turashoboye

#happy_international_women's_day ku bakenyezi bose bakurikirana Siren Vibes. Uwera Claudine asanzwe arongoye UCOCO brand yatubwiye vyinshi ku buzima bwiwe nicatumye agera aho ageze ubu. Yateye intege abakenyezi bose "twavuze dushoboye hasigaye ko tubimenya gusa"

ushaka ko akwambika womurondera kuma social media ya Ucoco Brand canke kuri +25775905381

Комментарии

Информация по комментариям в разработке