Ivyo Umukuru w'Igihugu Petero NKURUNZIZA ashima n'ivyo anegura mu mwaka 15 amaze ku butegetsi

Описание к видео Ivyo Umukuru w'Igihugu Petero NKURUNZIZA ashima n'ivyo anegura mu mwaka 15 amaze ku butegetsi

#Burundi : Mu kiganiro yaremesheje mu ntara ya #Gitega kuri uwu wa kane, Umukuru w'Igihugu Petero NKURUNZIZA yashikirije ivyo ashima mu myaka 15 amaze arongoye Uburundi, ivyo yaneguye. Yatanze n'impanuro kuwuzomusubirira mu mabanga y'ugutwara Uburundi mu mwaka w'2020

Комментарии

Информация по комментариям в разработке