INYIGISHO ZA BIBILIYA Daniel 2 :44-; Daniel 3 :1-2/UBUTUMWA BWIZA BUBOHORA

Описание к видео INYIGISHO ZA BIBILIYA Daniel 2 :44-; Daniel 3 :1-2/UBUTUMWA BWIZA BUBOHORA

TUBASHIKIRIZA AMAKURU YIVYA YESU
YIVYO YAKOZE NIVYO AGIYE GUKORA

AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.

Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
   / @gospelofpeacetv3  

kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane

AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA

YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

Комментарии

Информация по комментариям в разработке