Ibikorwa vyo kwubaka inzu y'amanama ku rwego mpuzamakungu vyoba bigeze? Izoshikirizwa ryari?

Описание к видео Ibikorwa vyo kwubaka inzu y'amanama ku rwego mpuzamakungu vyoba bigeze? Izoshikirizwa ryari?

#Burundi: Inyubakwa izoberamwo amanama mpuzamakungu ,igeze ku bice birenga 80%. Ikaba ifise ubushobozi bwo kuzokwakira abantu 1200, hamwe ata ntambanyi yohaba mu kwezi kwa Myandagaro 2024 izoba yaheze kwubakwa nk'uko bishikirizwa n'umuyobozi mukuru wa #OBUHA Dr Ir Leonidas Nibigira.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке