Ivy'itegeko rishasha rigenga amashengero

Описание к видео Ivy'itegeko rishasha rigenga amashengero

⛪ Dutangure iyinga, tugaruka kuri bishasha biri mw'itegeko rigenga amadini n'amashengero mu Burundi


⛽ Ngo "imodoka zigiye kwandikwa ku buhinga bwa mudasobwa kugira zironke igitoro". Bizokorwa gute ?

⚽ Intamba mu rugamba zaraye zishitse muri Malawi kwitegurira CAN 2025.

Vyose ni mu makuru y'uno musi, kaze !

#KuMusi
#intwaro

Комментарии

Информация по комментариям в разработке