Isengesho hamwe n'ururirimbo vyasozereye umunsi ugira gatatu w'igikorane kiriko kibera i

Описание к видео Isengesho hamwe n'ururirimbo vyasozereye umunsi ugira gatatu w'igikorane kiriko kibera i

#Burundi : Imbere y'amasengesho y'ugusozera igikorane c'umunsi ugira gatatu, abategetsi batandukanye bari barongowe n'Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza baririmbiye hamwe ururirimbo ruvuga ruti : "Nimwamara kurya mugahimba mukubaka amazu, muze mwirinde ntimuze mwibagire Imana yabakuye mu bugararwa."

Комментарии

Информация по комментариям в разработке