Ivyaranze ImbonerakureDay, Umunsi umugambwe CNDD-FDD wahariye urwaruka rwawo, waraye uhimbajwe

Описание к видео Ivyaranze ImbonerakureDay, Umunsi umugambwe CNDD-FDD wahariye urwaruka rwawo, waraye uhimbajwe

#Burundi Mu mugambwe Cndd-Fdd baraye bahimbaje umunsi mukuru wahariwe imbonerakure, urwaruka rwo muri uyo mugambwe, ariwo bise #ImbonekureDay. Ibirori vyabereye mu gisgara ca Bujumbura, bikaba vyitabwe n'urwaruka rw'Imbonerakure ruvuye mu mihingo itandukanye y'igihugu. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yarakeje urwo rwaruka ku mwete ruriko mw'iterambere, arwibutsa kubandanya ikivi ariko rugavye.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке