Ingwara ya Cancer irashobora kuzotangura kuvurigwa mu Burundi, nk'uko bivugwa na Muganga Gafumbegeti

Описание к видео Ingwara ya Cancer irashobora kuzotangura kuvurigwa mu Burundi, nk'uko bivugwa na Muganga Gafumbegeti

#Burundi: Birashoboka ko mu minsi iri imbere indwara nka #cancer n'izindi zitahora zironka avazivura vyoroshe zizohora zivurigwa mu Burundi mu bitaro biriko vyubakwa muri zone ya #Gatumba na Muganga Evariste Gafumbegete asanzwe avuka muri iyo zone akaba aba mu gihugu c'Ubudagi.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке