Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.

Описание к видео Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.

#Burundi: General Alain Guillaume Bunyoni haruhande y'ivyaha yapfunzwe yagirizwa n'umushinirizamanza kizigenza wa Republika ngo harabonetse n'ikindi caha co gutunga ibigwanisho birenze ivyo arekuriwe n'amategeko no gutuka Umukuru w'Igihugu. Agnes Bangiricenge umuvugizi wa Sentare ntahinyuzwa yabivuze mu kiganiro catunganijwe n'abavugizi b'inzego za Reta kuri uno wa gatanu i #Muramvya.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке