Umwana w'umukobwa yadutangaje/afise inzu yiwe kumyaka15/Hosy aramaramaye🤣/umve icasaba Abarundi bose

Описание к видео Umwana w'umukobwa yadutangaje/afise inzu yiwe kumyaka15/Hosy aramaramaye🤣/umve icasaba Abarundi bose

Rita Mary Angel amaze gutangaza benshi uyu mwana w'umukobwa. Afise inzu yiwe y'imideli ku myaka 18 gusa. umve ico aje gusaba abarundi bose kuriyi ncuro.

#maryangel #fashiondesigner

wipfuza kugira ico utumenyesheje canke uterera turondere kuri 61233934 canke 76711802 murakoze

Canke utwandikire ku ma social media yacu
Instagram :Siren_Vibes_TV
FacebookPage : Siren Vibes TV
Twitter :@sirenTV

Murakoze🙏🏽
Don't forget to share it🙏🏽

Комментарии

Информация по комментариям в разработке